gushikiriza (-je)  v     to place on, give to, return to
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
return    (to where speaker is) kugaruka
(other than where speaker is) gusubira
(vt) kugarukana, gusubiza
(from far away) guhabūka
(from hunting) guhīgūka
(from running away) guhīngūra
(from war) gutabāruka
(home, of wife when angry at husband) kugēnda buje
(to) gushikiriza
(to cause to) kugarura, gukubiranya, gusubiza
(to fail to) kugīrīra
(to have to ~ home because of bad news) gukuba
(to one's country after famine is over) gusuhūkuruka
(with) kugarukana
(person who goes never to return) akagīrīre
(an investment ~) umwimbu
place    (to) gushira
(to ~ here and there) gukwīragiza
(in order) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
(facing each other) kurorānya
(objects together in irregular fashion, end for end) gucurikiranya
(obliquely) guhirika, gukīkama
(be placed obliquely) gukīka
(on) gushikiriza
(one thing above another) kugereka, kugerekeranya
(oneself) guherēra
(somewhere) gushiraho
(two things side by side, parallel) kubāngikanya
(to be placed wrong end to) gucurama
(to give place to each other) kubisīkanya
(to hold in) kugumya
(to leave a) gushingūka
(to make) kubisa
(to make for one another to pass) kubisīkanya
(to put a thing in its certain ~) gutereka
(to remain in ~ of another) gusigarira
(to stand in a certain ~ thus making ~ for another) kubisiriza
(to take the ~ of another) kwākīra
(to take the ~ of another watching) kubangūra
(to go from ~ to ~) kuyugayuga