gusēzera (-ye)  v     1. to bid goodbye, to dismiss, 2. to fix up nice place to sit (old use)
gusēzera ku akazi (-ye)  phr     to quit a job
gusezerana (-nije)  v     to promise (each other), to bid each other goodbye, to make a contract
bid    (goodbye) gusēzera
dismiss    gusēzera, kwirukana
fix    (up nice place to sit) gusēzera
goodbye    n'agasaga, n'akagaruka, n'agahindukira, n'agahumuza, n'agahwane, n'akababa, n'akaza, n'akabandanya, n'akazoza, buroca, turabonanye, ku Mana, ndakwinyungushuye
(to superior) ndakwikebanuye, ndikebanuye, ndigaranzuye
(to bid) gusēzera
promise    indagano, umuhāngo, iragi, isezerano
(to ~) kuraganira, gusezerana, kuragana
(to fail to keep) gutēzūra
(to fail to give what one has promised) kugaramāngira
(to ~ and then pretend you haven't) kwiyobagiza
(result of failure to keep ~) urudubi
quit    (altogether) kujījūka
(to work carelessly wanting to ~) kuregarega
(to not ~ without accomplishing a certain thing) gushirwa
(to ~ a job) gusezera (ku) akazi
(to ~ work for the day) kugodoka
sit    kwīcara
(to ~ fidgeting, or to go from place to place to ~ because others speak evil of you) kuyugayuga
(of kings or rulers) kuvyāgira
(together talking for a long time) gutūrika
(to fix up nice place to ~) gusēzera
(place to ~) icīcaro, umusēzero