gusama (-mye)  v     1. to hold from falling, 2. to catch something thrown (as ball)
gusāma (-mye)  v     1. to make a big noise, 2. to resound, make an echo, 3. make a bubbling sound
gusama inda (-mye)  phr     to conceive
gusamāra (-ye)  v     1. to look at in wonder, to be fascinated, 2. to look at without paying attention, to be inattentive, not pay attention
gusamāza (-je)  v     1. to wait or long for, 2. to expect, 3. to do something that causes pleasure or amazement, 4. to distract
gusamagira (-ye)  v     to memorize
amazement    (to do something that causes pleasure or amazement) gusamāza
attention    (to pay ~) kwītōndera
(to look at without paying ~) gusamāra
(to pay no ~) gusamāra, gutimba
bubbling    (of water in spring) agaseba
(to make sound of) gusāma
catch    gufata, gucakīra
(ball, anything thrown) gusama
(a disease from another) kwāndura
(from falling) gusama
(one who starts to fall) kuramira
(swarming bees) gutururuza
(up with) guhāmvya
conceive    gusama inda
distract    gusamāza
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
echo    (to make an) gusāma
expect    (to) gusamāza, kwīzigira, kurindīra
(to get a certain thing) kuziga
(to ~ a child) gukurirwa
fascinated    (to be) gusamāra
hold    gufata
(fast to) kugumiriza
(from falling) gusama
(hard feelings) kwīdōga
(in place) kugumya
(lightly) kwānjānjwa
(out) kubangira
(out arms to receive) guhāngāza ukuboko
(of rope, vi) kudādira
(strongly) gushimika
(take hold of persons) gushorerakw amaboko
(to) kwūmira
(up) gushigirika
inattentive    (to be) gusamāra
long    (to ~ for) gusamāza, gukūmbura
(thing for which one longs) igishika
look    (evil) igitsūre
(all about) kuraraguza
(around on all sides) kweraguza, gukebaguza
(at) kurāba, kurereka, kurora, kwirora
(at carefully) guhwēba, kwīhwēza
(at hastily) kurangaguza
(at in wonder) gusamāra
(at intently) kwīhwēza, kwītegereza
(look at me!) kundāba
(at one thing after another, many things) kurābarāba
(at oneself) kwīrāba
(at repeatedly) gukanaguza
(at without paying attention) gusamāra
(at with disapproval) kurāba igitsūre
(behind) gukebuka
(carefully to see if anyone is there) gukengūza
(down, to make another) kwūnamika, kwūnamīsha
(for) kurereka, kurondera
(esp. to feel around) gukabakaba
(for a fault in one another) kugenzanya
(from side to side trying to see everything) kurunguruka
(in the face, to be unwilling to) kwīyobagiza
(like) gushusha
(over, in prospect of buying) kugaragura
(straight up) kurarama
(through) gusesa
(towards) kwerekera, gutūmbēra
(up) gukanura, kurangamiza, kurangamira, kuraramura
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
noise    urwamo
(loud, frightening) umuturagaro
(esp. of battle or strife) umuvurungano
(of earthquake, or approaching storm) umugigimo
(of rain, thunder) umuhīndo
(of wind, rain, running feet, etc.) igihīnda
(to make a big) kwāsana, kubomborana, kubugiriza, gusāma
(to make a lot) kuvurungana, kuyogora
(to make a loud frightening) guturagara
pleasure    igihīmbāro
(to do something that causes) gusamāza
(to give) kunēzēra
resound    gusāma
sound    (whirring, wind blowing through things, or stick whipped through air) umuvuguvugu
(well) kwūmvīkana
(to make a bubbling ~) gusāma
wait    guhagarara, kwīhāngāna, kurēngagiza, kurorēra
(for) kwītega, kurindīra, kurorēra, gusamāza
(for another a long time) kugungarara
(for someone expected) gutegereza
(opportunity to harm) kuryāmira
(the right moment) guhēngēra
(wait!) hīnge!
(waiting outside because you have no permission to enter with others) umugumo
wonder    kwībaza
(to look at in) gusamāra
pay    (to ~) gutānga, guhēmba
(bribe to win one's case) kwihonga
(debt) kwīshura
(dowry) gukwa
(for work done) guhēmba
(fee) kubugura
(homage to) guhōngera, gushengera, gushengerera
(no attention to) gusamāra, gutimba
(salary) kugerera
(money into account) kubika amahera
(to make up for wrong doing) kwīcungura
memorize    (to) gusamagira
 gusama found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 391   Uja gusama waraye ubusa...