gukongereza (-je)  v     to make a fire
fire    umuriro
(bit of) umucānwa
(built for cows) icōtero
(made in enclosure for animals) igicāniro
(to blow the) kwātsa
(to destroy by) kuyigiza
(to extinguish) kuzimya
(to go out) kuzima
(to keep ~ going) gucānira
(to light) kudomeka
(to make, start, build) gucāna, gukongereza
(to put out) kuzimya
(to put wood on ~) gukomānya
(to set ~ to) guturira
(to fire from job, dismiss, throw out of house) kwirukana
(altar fire) igicāniro
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
light    (to ~ fire, lamp) gucāna, kudomeka, gukongereza, kwātsa
(the path, esp. with torch) kumurika
(to become ~ suddenly, early in morning just as darkness ends, or after eclipse) gutamānzuka, gutamānzura
(to come to light) guhinyuka, kwāndagara
(to put out) kuzimya