guhenebēra (-henebēye)     v    1. to perish, 2. to come to an end
come    kūza
(all together suddenly) kurandamuka
(apart) gushānyūka, kudohōka
(to come at) (time) kuzīra
(to do something) guherūka
(to an end) guhenebēra, guhera, kunyika
(be coming to an end) guherengetera
(down) kumanuka, kumanuza, kwūruruka
(from) kwāduka, kwānduruka, gukomoka, guturuka, kuva, kuvuduka
(to greet often when one is in disfavour in hopes of gaining favour) kuneganega
(~ here) ingo, ngo, ngwino
(into sight) kurēnguka
(to light) guhinyuka, kwāndagara
(one by one) gutororokanya, gutēraterana
(out, teeth, hoe handle, etc.) guhongoka
(out, stake) gushingūka
(out of water) kwōgorora
(suddenly) guturūmbuka
(to, after fainting) guhembūka
(to pieces) gusambūka
(to the throne) kwīma ku ngoma
(together, crowd) gukungēra
(unexpectedly) kwubīra
(unsewn) gusonoroka (Sw.)
(untied) kubohōka, gupfunduka
(up of itself) kwimeza
(up out of water) kwiburuka
(up thickly, thus not do well) gusorora
(upon suddenly) kwūbuka
(when called) kurabuka
(with) kuzanana
En-En dictionary 
end    iherezo, umuhero, ihero, ubuherūka, impera, imperuka, itahīriro
(~ of boat) umukōndo
(at the ~ of every year) uk'umwāka utāshe
(to be the ~) kugwa mahera
(to be at an ~ of one's resources) kuzigirizwa
(to be at the ~) kwīherezo
(to be at an ~ of one's patience) kudundumirwa
(to be coming to an ~) guherengetera
(to come to an ~) guhenebēra, guhera, kunyika
(to ~ a conversation) kwīkebanura
(to finish) guheza
En-En dictionary 
perish    (to) guhenebēra, guhona, kuranduka, gutikira, gutōngōka, kuyogera, kudēndūka, guhera
En-En dictionary