disobedient    (person) ikigānda, intābwirwa, intabarirwa
(to be) kugambarara, kugāba, kwānkika
En-En dictionary 
ikigānda (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
disobedient person
intābwīrwa (in-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
1. disobedient person, 2. headstrong, stubborn person
kugābagābira (-gābagābiye)     v    1. to be rebellious against, 2. disobedient to
intabarirwa (in-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
1. one who doesn't do as he hears he should, 2. disobedient child
kugāba (-gāvye)     v    1. to be rebellious, 2. be disobedient
kwānkira (-ānkiye)     v    1. to refuse to, 2. to be impossible for, 3. to be willful, 4. to be disobedient (very strongly)
kugambarara (-gambaraye)     v    1. to complain, 2. be disobedient, 3. obey unwillingly
child    umwāna, umugisye, umukeme, umurerwa
(before he begins to know anything) igitambamboga, igitwengerabarozi
(disobedient) intabarirwa
(first-born) imfura
(healthy, about 4 months) ikibunduguru
(illegitimate) igihūmbu, ikivyārwa
(learning to walk) ikidegedege, intavyi
(male) umuyibigi
(of) mwene
(of mixed marriage) ikivyārwa
(only) ikinege, umwāna w'ikinege
(derogative) umuhimbiri
(small) ikibondo
(starting to know a little) umwankavu
(that doesn't grow properly) imfunya
(unwanted or orphan) intābwa
(up to 8 or 10 years) umugimbi
(weaned) umucūko, umukurira
(youngest or favourite) umuhererezi
(~ care) ubuhinga bwo kurera abana
(~ benefit) imfashanyo y'umuryango
En-En dictionary