amazīnda  5     (no sing.) 1. forgetfulness, 2. doubt
kugira amazīnda to be forgetful, doubtful
gushira amazīnda to have a good memory
kugira amazīnda (-gize)  phr     1. to be forgetful, 2. to be doubtful
gushira amazīnda (-ze)  phr     to have a good memory
gushiruka amazinda (-tse)  phr     to not have doubt, be sure of oneself
confident    (to be) kurema, gushiruka amazinda
(over) kwīrārīra
doubts    amakēnga, amazīnda
(to not have) gushiruka amazīnda
forgetful    (to be) kugira amazīnda
talkative    (to be) kugira amazīnda, kurimbūra