akamango     7  class 7
singular: aka-,aga-
  
(no pl.) cold in head
cold    –bisi
(in chest) agaherēra
(in head) agahiri, akamango, akamangu,
(cough) inkorora
(common cold, flu) ibicurane
(weather) imbeho, ubukonje
(weather, severe) igikonyozi
(to be) gukōnja, gukanya, gutīmba
(to be drawn up from ~) gutetera
En-En dictionary 
head    umutwe
(cold in) agahiri, akamango
(of grain) umuhānyu
(pad, when carrying load) ingata, urugata
(to head up, grain) kubogeka, guhaga, kuyāngika
(to head up, cabbage) gufumbata
(to bow one's) kwūnama
(to carry on) kwīremēka, kwīkorera
(to lift up) kuraramuka
(to lose one's) gucika ivutu, kuzimagirika
(to raise one's) kwūnamūka, kwūnamūra, kurāngamīza
(to remove load from) gutūra
(to shake one's ~ in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
(to tip back) kurarama
(to tip to one side) guhengama
(to turn one's) gukebuka
En-En dictionary 
 akamango found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 26   Class 7 aka–, utu–