<   swipe next   >
Vocabulary of the day
learn now kurondera
none urarizi seek ?
Sokwe - Niruze
 Abo kwa Ruringaniza bambariye imiringa mu kuzimu.
- Ibijumbu.
Proverb of the day
Ivu rihoze niryo ryotsa inzu.
Umugani: Uburundi
Uburundi bg’umwami. N’igihugu ca Mwambuwtsa, kandi n’igihugu tubamwo; ni ho twavukiye kandi ni ho tuzopfira. Turabukunda cane, igihugu ca ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install