<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know akanwa ?
kwiga none bouche
Humor
 Umusazi yasomeye amase n'amaganga ati s'umutsima s'imboga vyose ni hamwe!
Proverb of the day
 N'iritagira inkoko riraca
A night without roosters will still end.
Umugani: Icete c'akarorero
Ndakurungikiye iki cete kugira ngo nkwiganire neza ivyo dukora mw ishuri n’ibindi bimwe-bimwe bir’ino. Umwigisha wacu atwigisha kwandika neza ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install